Romans 7:3 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
None rero, umugabo wiwe akiriho, yokwābīrwa n’uwundi mugabo, yokwitwa umusambanyikazi: arik’ umugabo wiwe iy’ apfuye, ntaba akiganzwa n’ivyagezwe, bituma atoba umusambanyikazi, naho yokwābīrwa n’uwundi mugabo.