Ruth 2:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi yansavye, ati Ndakwinginze nyemerera guhūmba nkurikire abagenyi hagati y’ imikama: nukw araza, kandi yahereye mu gatondo gushitsa n’ubu, atar’ akanya gatoya yaruhutse.