John 1
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
25baramubaza, bati Non’ ubatiriza iki, k’utari Kristo, ntube Eliya canke wa muntu avugishwa n’Imana?
30Uyo ni we navuze, nt’ Inyuma yanje hazoza umuntu yar’ uw’ imbere kuri jewe, kuko yariho ntarabaho.