bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Samuel 11
1 Samuel 11
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 10
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 12 →
1
Maze Nahashi umwami w’ Abamoni aradūga, asagaza inyuma y’i Yabeshi‐gileyadi. Ab’i Yabeshi bose baramubarira, bati Duhe isezerano ryo kuduhāngaza, natwe tuzogusaba.
2
Nahashi umwami w’Abamoni arabishura, ati Mu ko nemera kuribaha, mwese mbanza kubanogora amaso y’i buryo, mbe nsīze Abisirayeli bose iceyi.
3
Abakuru b’i Yabeshi baramwishura, bati N’utwihanganire imisi ndwi, kugira ngo dutume intabaza zinyuranganye igihugu cose c’Abisirayeli; maze ni hābura uwodutabara, tuzokwisaba.
4
Nukw intabaza zishitse i Gibeya ho kwa Sauli, zibarira abantu uko bibaye; abantu bose baraturikisha, bararira.
5
Ako kanya Sauli araza yimirije inka zivuye kurima, arabaza, ati Habaye iki kw abantu barira? Bamubarira inkuru ab’i Yabeshi bazanye.
6
Sauli yumvise ivyo, Mpwemu w’Imana amuzako akābushūngwe, uburake bgiwe buca buraziriringa;
7
afata inka zibiri, azihimbaguramw’ ibihimba, abiha intabaza ngo zibinyuranganye mu gihugu cose c’Abisirayeli, mut’ Ūtazotabarana na Sauli na Samweli, uko ni kw inka ziwe zizogirirwa. Ubgoba buvuye k’Uhoraho burabafata, baca baza icarimwe gutabara nk’ umuntu umwe.
8
Sauli abaharūrira i Bezeki, Abisirayeli bār’ ibihumbi amajana atatu, Abayuda bar’ ibihumbi mirongwitatu.
9
Maze babarira za ntabaza, bati Mubarire ab’i Yabeshi‐gileyadi, mut’ Ejo ku gasase bazobatabara. Nukw izo ntabaza zije, zibibgira ab’i Yabeshi, baranezerwa.
10
Ab’i Yabeshi ni kwo kubarira Abamoni, bat’ Ejo tuzoza kubīsaba, namwe mutugire uko mugomba.
11
Bukeye Sauli agabanya abantu mw imice itatu, basēseka hagati mu nsago z’Abamoni mu gahuru, baririka Abamoni gushitsa ku musase munini; maz’ abācitse kw icumu aho bashwiragiriye nta na babiri wobonye bari hamwe.
12
Maz’ abantu babarira Samweli, bati Mbega ni ba nde bavuze, ngw Aho Sauli ni we yotuganza? Ni muzane abo bantu, tubice.
13
Ariko Sauli aravuga, ati Nta muntu yokwicwa uyu musi, kuk’ uyu musi Uhoraho ahaye Abisirayeli intsinzi.
14
Maze Samweli abarira abantu, ati Ni muze tuje i Gilugali, dusubire dukomeze ivy’ ubgami.
15
Nukw abantu bose baja i Gilugali, bimikira Sauli imbere y’Uhoraho aho nyene i Gilugali, bahatangira ibimazi vy’ishimwe imbere y’Uhoraho: nuko Sauli n’Abisirayeli bose bahagirira akanyamuneza kenshi.
← Chapter 10
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 12 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31