bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Exodus 11
Exodus 11
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 10
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 12 →
1
Uhoraho abarira Mose, ati Hasigaye icago kimwe nzorekurira kuri Farawo no ku Banyegiputa: hanyuma azobarekura mugende. Kand’ igihe azobarekura, mber’ azonabirukana.
2
None rero barira abantu, umugabo wese asabe umubanyi wiwe, n’umugore wese asabe umubanyi wiwe, babasabe utugenegene tw’ ifeza n’utw’ izahabu.
3
Uhoraho aha ubgo bgoko kurābga neza n’Abanyegiputa. Bitayeko uwo mugabo Mose na we yar’ umuntu ahambaye mu gihugu ca Egiputa, mu maso y’abanyarugo ba Farawo, no mu maso y’abandi bantu.
4
Mose aravuga, at’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Nko mu gicugu azonyuranganya hose muri Egiputa:
5
abana b’imfura bose bo mu gihugu ca Egiputa bapfe, uhereye ku mfura ya Farawo nyen’ ingoma, ukageza ku mfura y’umuguranokazi w’umusyi; kandi n’ivy’ uburiza vyose vy’ ibitunzwe bizopfa.
6
Hazocura umuborogo mwinshi mu gihugu cose ca Egiputa, utigeze kubaho, kandi ntihazokwongera kuba ūngana nk’uwo.
7
Ariko mu Bisirayeli nta n’umwe azogira ico aba, ar’ umuntu cank’ igitungano, haba n’uwo imbga izogwangwarira: kugira ngo mumenye yuk’ Uhoraho yashizeh’ itandukaniro hagati y’ Abanyegiputa n’Abisirayeli.
8
Kand’ aba banyarugo bawe bose bazomanuka baze iyo ndi, bankomere ibōbo, bati N’ugende, mwe n’abantu bose bagukondoreye inyuma. Aho ni ho nzoca ngenda. Nuko Mose arasohoka ava imbere ya Farawo, aratse cane.
9
Uhoraho abarira Mose, ati Farawo ntazobumvira; kand’ ivyo bizotuma ibitangaza vyanje bigwira mu gihugu ca Egiputa.
10
Kandi Mose na Aroni bakoreye ivyo bitangaza vyose imbere ya Farawo: arik’ Uhoraho akomantaza umutima wa Farawo, ntiyarekura Abisirayeli ngo bagende, bave mu gihugu ciwe.
← Chapter 10
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 12 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40