bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Numbers 17
Numbers 17
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 16
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 18 →
1
Uhoraho abarira Mose,
2
ati Barira Abisirayeli baguhe inkoni, umuryango wa ba sekuruza wose utange imwe‐imwe, zitangwe n’abakuru bose b’imiryango ya ba sekuruza, izo nkoni zose na zose zibe cumi na zibiri: uheze wandike izina ry’umuntu wese ku nkoni yiwe.
3
Kandi ku nkoni y’Abalewi wandikekw izina rya Aroni: kuko hazoba inkoni imwe‐imwe y’umukuru wese w’ umuryango wa ba sekuruza.
4
Uheze uzirambike mw ihema ry’ibonaniro imbere y’Ibishinga intahe, aho nama mbonanira namwe.
5
Maz’ umuntu nzotoranya, inkoni yiwe izonaga: uko ni ko nzoherengeteza imyidodombo Abisirayeli babidodombera, ndayīkūre mu matwi.
6
Nuko Mose abibarira Abisirayeli, maz’ abakuru babo bamuha izo nkoni, umukuru wese atanga imwe‐imwe, nk’ukw amazu ya ba sekuruza angana, inkoni zose na zose ziba cumi na zibiri, zirimw’ inkoni ya Aroni.
7
Mose arambika izo nkoni imbere y’Uhoraho mw ihema ry’Ibishinga intahe.
8
Bukeye bgaho Mose yinjira mur’ iryo hema ry’Ibishinga intahe; agize ngw ararāba, asanga inkoni ya Aroni yatangiwe inzu ya Lewi yanaze, ipfunditse amapfundo, isambuye amashurwe, yamyeko shakedi zihishiye.
9
Maze Mose asohora izo nkoni zose zar’ imbere y’Uhoraho, azijana ah’ Abisirayeli bose bari: barazītegereza, umuntu wese yābīra inkoni yiwe.
10
Uhoraho abarira Mose, ati Subiza inkoni ya Aroni imbere ya vya Bishinga intahe, kugira ngw ibīkirwe kubera ba bagarariji ikimenyetso: ubone guherengeteza imyidodombo yabo banyidodombera, boye gupfa.
11
Mose agenza kuno: uk’ Uhoraho yamugeze, aba ari kw akora.
12
Abisirayeli babarira Mose, bat’ Ehe turashize, turapfuye, eka mbere turapfuye twese.
13
Ūgize ngw arīgira hafi, ngo yēgēre ihema ry’Uhoraho, aca apfa: mbega twese tugiye gupfa, dushire?
← Chapter 16
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 18 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36