bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Numbers 30
Numbers 30
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 29
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 31 →
1
Mose abarira abakuru b’ imiryango y’Abisirayeli, at’ Iki ni co Uhoraho yashinze:
2
umugabo ni yasezeranira Uhoraho isezerano, cank’ akarahira indahiro, akībohesha ivyo araganye, ntaz’ ace mw ijambo ryiwe, arikw az’ ashitse ivyamuvuye mu kanwa vyose.
3
Kand’ umukobga ni yasezeranira Uhoraho isezerano, akībohesha ivyo araganye, akiri mu rugo kwa se mu bgigeme bgiwe;
4
se akumva ivyo asezeranye, n’ingene yibohesheje ivyo araganye, agapfa kwihorera akamureka, ayo masezerano yiwe yose azohama, bo n’ivyo yaraganye vyose yibohesheje.
5
Ariko se ni yamubuza kur’ uwo musi avyumviyeko, ntihazogira isezerano ryiwe rihama, canke na kimwe mu vyo yaraganye yari yibohesheje; Uhoraho azomuharira kuko se yamubujije.
6
Na ho ni yarongorwa akiri mur’ ayo masezerano, no mu vyo akanwa kiwe kātuntumukanye, akavyībohesha;
7
umugabo wiwe akavyumva, agapfa kwihorera akamureka kur’ uwo musi avyumviyeko; ayo masezerano yiwe azohama, bo n’ivyo yaraganye yibohesheje.
8
Arik’ umugabo wiwe ni yamubuza ku musi avyumviyeko, azoba akūyeh’ iryo sezerano yarimwo, n’ivyo akanwa kiwe kātuntumukanye, akavyibohesha; kand’ Uhoraho azomuharira.
9
Arikw isezerano ry’umupfakazi, canke ry’uwahukanye, ico azoba yībohesheje cose kizomuhambira.
10
Kand’ umugore ni yasezerana isezerano ari mu rugo, akībohesha ivyo araganye, akarahira,
11
umugabo wiwe akavyumva, agapfa kwihorera akamureka, ntamubuze; ayo masezerano yiwe yose azohama, bo n’ivyo yaraganye vyose yibohesheje.
12
Arik’ umugabo wiwe ni yavyanzuza ku musi avyumviyeko, ivyamuvuye mu kanwa vyose vy’ amasezerano n’ivyo yaraganye akavyibohesha, ntibizohama, kuk’ umugabo wiwe yavyanjuje; kand’ Uhoraho azomuharira.
13
Isezerano ryose n’indahiro yose yokwibohesha ngo yibabaze, umugabo wiwe ni we yobishinga canke ni we yobikūra.
14
Arik’ umugabo wiwe ni yapfa kwihorera uko bukeye uko bgije, akamureka, azoba akomeje amasezerano yiwe yose n’ivyo yaraganye vyose bimuhambiriye. Kw azoba yarihoreye akamureka ku musi avyumviyeko, azoba yarabishinze.
15
Ariko ni yavyanzuza amaze igihe yaravyumvise, azogībgako n’ibigabitanyo vy’umugore wiwe.
16
Ayo ni yo mabgirizwa Uhoraho yabariye Mose, yo ku vy’ umugabo n’umugore wiwe, no ku vy’ umukobga na se, umukobga akiri mu bgigeme bgiwe mu rugo kwa se.
← Chapter 29
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 31 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36