bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Numbers 36
Numbers 36
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
1
Abakuru b’amazu ya ba sekuruza bo mu muryango wa Gileyadi mwene Makiri, Makiri mwene Manase, umwe mu miryango ya Yosefu, bīgira hafi, bavugira imbere ya Mose n’abatware, ari bo bakuru b’amazu ya ba sekuruza y’Abisirayeli,
2
bati Mugenzi, Uhoraho yakubariye kugabuza igihugu ubupfindo, ng’ ugihe Abisirayeli kw amashamvu; kandi mugenzi, Uhoraho yakubariye guha abakobga ba Selofehadi mwene wacu ishamvu yiwe.
3
None ni barongorwa n’umuntu wese wo mu yindi miryango y’ Abisirayeli, ishamvu yabo izokūrwa kw ishamvu ya ba sogokuruza, ishirwe kw ishamvu y’ umuryango bazojamwo: nukw izoba ikūwe ku mugabane twahawe kw ishamvu.
4
Maz’ umwaka wa yubile y’Abisirayeli ni washika, ishamvu yabo izoshirwa kw ishamvu y’umuryango bazoba baragiyemwo; nukw ishamvu yabo izoba ikūwe kw ishamvu y’umuryango wa ba sogokuruza.
5
Nuko Mose ashikiriza Abisirayeli ivyo Uhoraho amubariye, at’ Ab’ umuryango w’Abayosefu, ivyo bavuze n’ivy’ ukuri.
6
Iki ni co cagezwe Uhoraho ashinze ku vy’abakobga ba Selofehadi, ati Bararongorwa n’abo bagomba: ariko bo mu nzu yo mu muryango wa se.
7
Ntihaze hagire ishamvu iva mu muryango ngw ije mu wundi; arik’ umuntu wese wo mu Bisirayeli aze yame yīzīziye ishamvu yo mu muryango wa ba sekuruza.
8
Umukobga wese azogira ishamvu mu muryango wose w’Abisirayeli, az’ arongorwe n’uwo mu nzu yo mu muryango wa se, kugira ng’umuntu wese mu Bisirayeli agire ishamvu ya ba sekuruza.
9
Ntihaze hagire ishamvu iva mu muryango ngw ije mu wundi; kukw imiryango yose y’Abisirayeli izoba ikwiye kwīzīzira amashamvu yayo ubgayo.
10
Nukw abo bakobga ba Selofehadi babigenza nk’uk’ Uhoraho yabariye Mose.
11
Makila na Tirusa na Hogila na Miluka na Nowa, abo bene Selofehadi, barongorwa na basazabo.
12
Barongorwa n’abo mu mazu y’aba Manase mwene Yosefu, bituma ishamvu yabo iguma mu nzu ya se, mu muryango wabo.
13
Ivyo ni vyo vyagezwe n’amabgirizwa Mose yashikirije Abisirayeli atumwe n’Uhoraho, bari mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko.
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36