bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Numbers 25
Numbers 25
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 24
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 26 →
1
Abisirayeli batebeye i Shitimu, abantu batangura gusambana n’Abanyamowabukazi:
2
kuko bābatumira ngo baze gusangira na bo ibimazi vy’ibigirwamana vyabo: nukw abo bantu bakabiryako, bakūnamira ivyo bigirwamana vyabo.
3
Abisirayeli bīfatanya na Bayali y’i Peyori, uburake bg’Uhoraho burabaziriringira.
4
Uhoraho abarira Mose, ati Jana n’abakuru bose baganza abantu, umanike abakoze ivyo imbere yanje, ubānikire ku zuba, kugira ng’ uburake bganje bg’inkazi buve ku Bisirayeli.
5
Nuko Mose abarira abacamanza b’Abisirayeli, at’ Umuntu wese muri mwebge ni yice mu bo atwara abīfatanije na Bayali y’i Peyori.
6
Bagize bartya, umwe mu Bisirayeli azana Umumidiyanikazi amushikana mu b’i wabo, amwātātana imbere ya Mose n’imbere y’ ishengero ryose ry’Abisirayeli, aho bāriko bararirira ku muryango w’ihema ry’ibonaniro.
7
Maze Finehasi mwene Eleyazari, Eleyazari wa Aroni umuherezi, abibonye, ava hasi hagati mw ishengero, ahitana icumu,
8
akurikira wa mugabo w’Umwisirayeli haruguru mw ihema ryiwe, abatobekeranisha icumu bompi, wa mugabo w’Umwisirayeli na wa mugore, umugore rimutobekeranya mu nda. Uko ni kw ikīza cābogojwe mu Bisirayeli.
9
Abishwe n’ico kīza bār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.
10
Uhoraho abarira Mose,
11
ati Finehasi mwene Eleyazari, Eleyazari wa Aroni umuherezi, ahwamitse uburake bganje, atumye buva ku Bisirayeli, kuko yarwaniye ifūhe ryanje muri bo, bigatuma ntarandura Abisirayeli kubg’ iryo fūhe ryanje.
12
Ni co gituma ukwiye kuvuga yuko mmuhaye isezerano ryanje ry’amahoro,
13
rizomubera isezerano ry’ubuherezi bg’intahava, bo n’uruvyaro rwiwe, kuko yagize ifūhe kubganje, jewe Imana yiwe, agatangira Abisirayeli impongano.
14
Wa mugabo w’Umwisirayeli yicanwa na wa Mumidiyanikazi, yitwa Zimuri, yari mwene Salu, yar’ umukuru w’inzu ya ba sekuruza wo mu ba Simeyoni.
15
Uwo Mumidiyanikazi bicanywe yitwa Kozibi, yari mwene Suri, umukuru w’inzu ya ba sekuruza wo mu Bamidiyani.
16
Uhoraho abarira Mose,
17
ati Genda ukubagure Abamidiyani, ubice,
18
kuko bābakubaguye mu buryo bgiyorobetse, hamwe bābōhagiza mu vy’i Peyori no mu vya Kozibi, umwe w’i wabo, wa mukobga w’umukuru wo mu Bamidiyani, umwe yicwa ku musi w’ikīza catēye kubg’ ivyabaye i Peyori.
← Chapter 24
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 26 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36