bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Jeremiah 41
Jeremiah 41
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 40
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 51
Chapter 52
Chapter 42 →
1
Maze mu kwezi kw’indwi, Ishimayeli mwene Netaniya, Netaniya wa Elishama, wo mu nda y’ingoma, ari we umwe mu babgiriza bakuru b’umwami, azanana n’abantu cumi, aja kuri Gedaliya mwene Ahikamu i Mizipa; nuko basangirira na we aho nyene i Mizipa.
2
Maze Ishimayeli mwene Netaniya avana hasi n’abo bagabo cumi bāri kumwe na we, bacumita inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu wa Shafani, baramwica, kand’ ari we umwami w’i Babuloni yashizeho kuganza igihugu.
3
Ishimayeli yica kandi n’ Abayuda bāri kumwe na Gedaliya i Mizipa, bo n’abasoda b’Abakaludaya bāri basanzweyo.
4
Bukeye ku musi ugira kabiri amaze kwica Gedaliya, kand’ ata wurabimenya,
5
haza bamwe bavuye i Shekemu n’i Shilo n’i Samariya, abagabo mirongumunani, bāri bimosheje ubganwa bgabo inkomvorera, bitantamuriyekw impuzu zabo, bikebaguye ku mibiri, bazanye amashikanwa n’imibavu mu minwe, ngo babizane mu ngoro y’ Uhoraho.
6
Nuko Ishimayeli mwene Netaniya ava i Mizipa ngw aje kubasanganira, agenda arira ingenda: abasanganiye, arababarira, ati Ni muze kuri Gedaliya mwene Ahikamu.
7
Nuko bamaze gushika hagati mu gisagara, Ishimayeli mwene Netaniya arabica, afatanije n’abagabo bāri kumwe na we, abashiburira mu cobo co kubīka amazi.
8
Ariko haboneka abagabo cumi muri bo bīsaba Ishimayeli, bati Ntutwice, kuko dufise ivyo twaziganije, twānyegeje mu misozi, ingano na sayiri n’amavuta ya elayo n’ubūki. Nukw arigarura, ntiyabicana na bagenzi babo.
9
Nukw ico cobo Ishimayeli yashiburiyemw’ imivyimba yose y’abo yishe, ikahasanga uwa Gedaliya, ni co cari cimbishije umwami Asa kubgo gutinya Bayasha umwami w’Abisirayeli. Ishimayeli mwene Netaniya acuzuza abishwe.
10
Maze Ishimayeli ajana kw inyagano amasigarira yose y’abantu bār’ i Mizipa, ni bo bakobga b’umwami n’abantu bose bāri bagisigaye i Mizipa, abo Nebuzaradani umukuru w’abashibamyi yari yaragije Gedaliya mwene Ahikamu. Nuko Ishimayeli mwene Netaniya abajana kw inyagano, avayo ngw aje mu Bamoni.
11
Maze Yohanani mwene Kareya, n’abagabisha bose b’ingabo bāri kumwe na we, bumvise ivyo bibi vyose Ishimayeli mwene Netaniya yakoze,
12
bajana n’ ingabo zose, baja kurwanya Ishimayeli mwene Netaniya, bamusanga hafi y’ikidengeri kinini c’i Gibeyoni.
13
Nukw abantu bose bāri kumwe na Ishimayeli babonye Yohanani mwene Kareya n’abagabisha b’ingabo bose bāri kumwe na we, baranezerwa.
14
Nukw abantu bose Ishimayeli yarajanye kw inyagano abakūye i Mizipa, barahindukira, baherēra kuri Yohanani mwene Kareya.
15
Ariko Ishimayeli mwene Netaniya, bo n’abagabo munani, bacikana Yohanani, baja mu Bamoni.
16
Nuko Yohanani mwene Kareya, n’abagabisha b’ingabo bose bāri kumwe na we, ajana amasigarira y’abantu yari yatse Ishimayeli mwene Netaniya, yarakūye i Mizipa amaze kwica Gedaliya mwene Ahikamu, abagabo n’abagore n’abana n’ inkone, abagarukaniye i Gibeyoni,
17
baragenda baba barifashije i Geruti‐Cimuhamu hahereranye n’i Betelehemu, ngo baje muri Egiputa,
18
kubg’ Abakaludaya: kuko bābatinya, kuko Ishimayeli mwene Netaniya yari yishe Gedaliya mwene Ahikamu, uwo umwami w’i Babuloni yari yarashizeho kuganza igihugu.
← Chapter 40
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 51
Chapter 52
Chapter 42 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48
49
50
51
52