bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 12
Job 12
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 11
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 13 →
1
Maze Yobu arishura,
2
ati N’ukuri umenga ni mwebge bantu muriho mwenyene, Kandi yuk’ umenga ubgenge buzojana namwe!
3
Erega nanje nzi ubgenge, si mwebge gusa, ntimubundusha; Mbega ben’ ivyo har’ ūtabizi?
4
Mpindutse nk’agatwengo kuri bagenzi banje: Nahora ntabaza Imana, ikantabara, Nd’ umugororotsi, nd’ umuntu atunganye, none mpindutse agatwengo.
5
Mu mutima w’uwihiririwe habamwo gukēngēra abagowe; Ūnyereye wese aratwengwa.
6
Ingo z’abambuzi zigira amahirwe, N’abavyogoroza Imana baba amahoro; Inkomezi zabo ni zo bagize imana yabo.
7
Enda baza ibikōko, bizokwigisha; N’inyoni zo mu kirēre, zizokubarira:
8
Cank’ uvugane n’isi, izokwigisha; N’amafi yo mu kiyaga azobikudondera.
9
N’ikihe mur’ ivyo vyose kitomenya yuk’ ukuboko kw’ Uhoraho ari kwo kwabikoze?
10
Ni we afise mu kuboko kwiwe ubugingo bg’ikintu cose kizima, N’impwemu z’ababaho bose.
11
Mbeg’ ugutwi si kwo gutondanuza amajambo, Nk’ukw akanwa kumviriza ivyo kurya?
12
Ubgenge bufiswe n’abatāma, Kand’ ukumenya gufiswe n’ abamaze igihe kirekire.
13
Arikw iyo yo ni yo ifise ubgenge n’inkomezi; Ni yo ifise inama no kumenya.
14
Rāba, irasambura, ntihasubire kwubakika; Yugarana umuntu, ntihashobore kwuguruka.
15
Rāba, yimana amazi, agakama; Vyongeye yayarekura, akūbika isi.
16
Ni yo ifise inkomezi n’ubgenge bushitse; Ūgunga n’ūgungwa n’abayo.
17
Ishorera abajanama ar’ inyagano, N’abacamanza ibahindura ibipfu.
18
Ikenyurura inkindi z’abami, Ikabakenyeza imigozi.
19
Ishorera abaherezi ar’ inyagano, Icurikiranya abakomeye.
20
Abār’ imvuzi ibahindura ibiragi, Kand’ abashingantahe ibāka ubgenge bgabo.
21
Isuka agakēngērwe ku bahambaye, Ikadohora umukanda w’abahizi.
22
Iserura ibitamenyekana vyo mu mwiza, Kand’ igitūtu c’urupfu igishira ahabona.
23
Igwiza amahanga, kand’ ikayarandura; Ishwiragiza amahanga, kand’ ikayagarukana.
24
Abatware b’amoko yo mw isi ibāka ubgenge, Ibayerereza mu bugaragwa ahatagira inzira.
25
Bakabakabira mu mwiza ahatagira umuco, Kand’ ibadandabagiranya nk’ imborerwa.
← Chapter 11
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 13 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42