bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 36
Job 36
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 37 →
1
Elihu ashishikara kuja imbere,
2
ati Nyihanganira gato, nkwereke; Kuko ngifise bimwe mvuga ku ruhande rw’Imana.
3
Ndahēmbēra akenge, naho kava kure, Nature ingen’ Umuremyi wanje agororoka.
4
N’ukuri ivyo mvuga s’ibinyoma: Ūfise ubgenge bushitse ari kumwe nawe.
5
Rāba, Imana n’inyabushobozi, kandi ntigira uwo ikēngēra n’umwe: N’inyabushobozi mu nkomezi z’ubgenge.
6
Ntizigama ubugingo bg’abanyakibi, Impahazwa izicira imanza zibereye.
7
Nta ho ikūra inyonga zayo ku bagororotsi, Arikw ibicarika hamwe n’ abami ku ntebe zabo Gushitsa ibihe bidashira, bagashirwa hejuru.
8
Kand’ iyo baboheshejwe iminyororo, Bagashirwa mu ngoyi z’umubabaro;
9
Ibamenyesha ibikorwa vyabo, N’ibicumuro vyabo, yuko bābikoreshejwe n’ubgibone.
10
Kand’ izibūra amatwi yabo ngo bumve inyigisho, Ikabīhanikiriza ngo bagaruke bave mu bigabitanyo.
11
Ni bayumvira, bakayisaba, Bazomara imisi yabo baguwe neza, N’imyaka yabo bahimbawe.
12
Ariko ni batayumvira, bazotikizwa n’inkota, Bazopfa batāmenye ubgenge.
13
Kand’ abatubaha Imana mu mitima yabo bāmana umwikomo: Iyo ibaboshe ntibaruha bayitakambira.
14
Bapfa bakenyutse, Kand’ ubugingo bgabo bugeserana n’abanduye.
15
Ikirisha impahazwa uguhahazwa kwazo, Kand’ iziburisha amatwi yazo ukubabazwa kwazo.
16
N’ukuri iba yaragukūye mu magorwa, Ikagushira ahantu hāgutse, hatari mu mbombane; Kand’ ibiterekeranijwe ku meza yawe biba vyuzuye ibinure.
17
Arik’ urubanza rucirwa abanyavyaha rugushitseko kand’ ugeze: Urubanza rw’ukuri uciriwe ruragushikiriye.
18
Wirinde, ishavu ryawe ntirihave rigutera kurogota, Kand’ ubginshi bg’incungu ntibugukebanure.
19
Mbeg’ ugutakamba kwawe har’ ico kwokumarira ngo ntubone ivyago, Cank’ ubushobozi bg’inkomezi zawe?
20
Ntukifuze ijoro, Igihe amahanga acibga akava ahantu hayo.
21
Witonde, woye gushira umutima ku vy’ukugabitanya: Kuk’ umenga ari vyo wahisemwo bikakurutira kubabazwa.
22
Rāba Imana ikora ibihambaye mu bushobozi bgayo: Umwigisha ahwanye na yo ni nde?
23
Ni nde yayigereye inzira icamwo? Canke ni nde yohangara kuyibarira, ati Wakoze ibitaroranye?
24
Ibuka gutazira ibikorwa vyayo, Ivyo abantu bahora baririmba.
25
Abantu bose bahora babirāba, Umuntu akavyitegereza ari kure yavyo.
26
Rāba Imana irahambaye, natwe ntituyizi; Igitigiri c’imyaka yayo ntigiserangurika.
27
Kukw idūza udutonyanga tw’ ikiduhu, Ikaduhindura ibicu bikagwisha imvura.
28
Ijuru rikayijogotereza, Ikagwa ku bantu benshi.
29
Mbega har’ uwoshobora gutahura ingen’ ibicu bikwiragira, Canke ngw atahure imituragaro iva mw ihema ry’ Imana?
30
Ikwiragiza imiravyo impande zayo zose; Kand’ itwikira hasi muri nyina w’ikiyaga.
31
Kukw ivyo ari vyo ikoresha mu gucira amateka amahanga, Ikabizanisha ivyo kurya vy’ umurengera.
32
Yorosa intoke zayo umuravyo, Ikawubarira kugema ico ishinze.
33
Imituragaro y’inkuba imenyekanisha ivyayo, Inka na zo zikumva kw ikirura kije.
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 37 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42