bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 8
Job 8
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 7
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 9 →
1
Maze Biludadi w’i Shuhi aramwishura,
2
at’ Uzogeza ryari kuvuga ben’ ivyo? Kand’ amajambo yo mu kanwa kawe azogeza ryari kuba nk’umuyaga w’igihuhuta?
3
Mbeg’ Imana iragoreka urubanza? Īshobora vyose irafutamika izibereye?
4
Namb’ abana bawe bāyicumuyeko, Ibatanze mu maboko y’ibibi vyabo.
5
Ariko weho, ni waronderana Imana umwete, Ukinginga Īshobora vyose,
6
Ni watungana ukagororoka, N’ukuri ntiyobura kwikangurira kugutabara, No gutuma ikibanza c’ubugororotsi bgawe kiroranirwa.
7
Kandi nah’ itangura ryawe ryari ritoya, Arikw amaherezo yawe wokwunguka cane.
8
Ndakwinginze, baza abo hambere, Shira umutima ku vyo ba sogokuruza bābaririkije:
9
Kuko tweho tur’ ab’ ejo gusa, ata co tuzi, Kand’ imisi tumara mw isi ni nk’igitūtu gusa.
10
Mbeg’ abo ntibokwigisha, bakakwīgānira, Bakavuga amajambo bakūye mu mitima yabo?
11
Mbeg’ umubere wokura ahatagira igitēmēka? Cank’ urukangaga rwomera ahatagira amazi?
12
Ruyabuze, naho rwoba rukiri rubisi, rudaciwe, Rutanga ibindi vyatsi vyose kwuma.
13
Ni kw inzira z’abibagira Imana bose zimera; Kand’ ivyizigiro vy’ūtubaha Imana bizoshira:
14
Ukwishima kwiwe kuzosāba, Ivyizigiro vyiwe bimeze nk’ inzu y’igitangurirwa.
15
Yokwegamira inzu yiwe, ariko na yo ntiyohagarara: Yoyibangiriza, ntigumeho.
16
Atotahara ari ku zuba, Amashami yiwe agasārira mu ndimiro yiwe yose.
17
Imizi yiwe isobekerana mu gihongo, Ayishōra i wabo w’amabuye.
18
Ni yarandurwa aho yamye, Hazoca hamwihakana, hati Sinigeze kukubona.
19
Rāba, uwo ni wo munezero ingeso ziwe zimuhaye! Kandi mw ivu yavuyemwo hazoca hamera abandi.
20
Ereg’ Imana ntizota umuntu atācumuye, Kandi ntizoramira inkozi z’ ibibi.
21
Akanwa kawe izosubira kukuzuza ibitwengatwenga, N’iminwa yawe izoyuzuza impundu.
22
Abakwanka bazokwambikwa isoni, Kand’ ihema ry’inkozi z’ibibi ntirizoba rikibaho ukundi.
← Chapter 7
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 9 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42