bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 32
Job 32
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 31
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 33 →
1
Nukw abo bagabo ukw ari batatu bareka kwishura Yobu, kuko yibona kw ar’ umugororotsi ubgiwe.
2
Maz’ uburake bga Elihu mwene Barakeli w’i Buzi, wo mu muryango wa Ramu, buraziriringa: buziriringira Yobu, kuko yīgize umugororotsi kurusha Imana.
3
Kand’ uburake bgiwe buziriringira na ba bakunzi batatu ba Yobu, kuko batāronse ico bamwishura, yamara bakamuhinyura.
4
Ariko Elihu yari yarīndiriye kuvugana na Yobu, kuko bāmuruta ubukuru.
5
Maze Elihu abonye yukw abo batatu babuze icobava mu kanwa ngo bamwishure, uburake bgiwe buraziriringa.
6
Nuko Elihu mwene Barakeli w’i Buzi aravuga, ati Jewe ndi muto, namwe murakuze cane: Ni co catumye nizitira, sinubahuke kubaserurira ico niyumvira.
7
Naravuze, nt’ Abo ha mbere ni bo bakwiye kuvuga, Nt’ Abamaze imyaka myinshi ni bo bakwiye kwigisha ubgenge.
8
Ariko har’ impwemu mu bantu, Kand’ ibihumetswe n’Īshobora vyose bibaha gutahura.
9
Abakuze si bo banyabgenge bonyene, N’abatāma si bo bamenya imanza gusa.
10
Ni co gitumye mvuga, nti Ni muntege amatwi, Nanje mbaserurire ico niyumvira.
11
Rāba, narīndiriye amajambo yanyu, Niteze ibiroranye vyova mu kanwa kanyu, Mukirondera ico mwovuga.
12
Mbere nababangiye ugutwi, Ariko nta n’umwe muri mwebge yemeje Yobu, Canke ngw amwishure amajambo yiwe.
13
Mwiyubare, mwoye kuvuga, muti Ni twebge twaronse ubgenge; Imana ni yo yoshobora kumutsinda, s’umuntu.
14
Si jewe yaroreshejekw amajambo yiwe; Nanje sinomwishura amajambo nk’ayanyu.
15
Ehe barumiwe, nta co bacishura: Ntibakigira ijambo bavuga.
16
Mbega nobuzwa n’ukw ata co bavuga, Kuko bahagaze batakigira ico bishura?
17
Jewe nanje ngira mvuge ivyanje, Ngira nserure ico niyumvira.
18
Kukw amajambo anyuzuyemwo, Imbere muri jewe umutima uransunika.
19
Inda yanje imeze nka vino itagira isaganirizo, Nk’imikuza y’insāto misha igira ngw iturike.
20
Ngira mvuge, kugira ngo ntenzukirwe; Ngira nteranure akanwa, nishure.
21
Muntunge, mvuge ntarobanuye abantu ku butoni; Sinogira umuntu n’umwe nohema.
22
Kuko ntazi guhemana; Mbikoze, Umuremyi wanje yonkūraho bidatevye.
← Chapter 31
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 33 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42