bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 23
Job 23
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 22
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 24 →
1
Maze Yobu arishura,
2
ati No gushitsa uyu musi amajojwa yanje aharūrwa nk’umugararizo: Uko nkubitwa kuruta uko nniha.
3
Iyo mba nari nzi aho noyibona, Kugira ngo nduhe nshike n’ imbere y’intebe yayo!
4
Noyikūrira ku ntango urubanza rwanje, Akanwa kanje nkakuzuzamw’ amajambo y’imibūrano.
5
Nkamenya amajambo yonyishura, Ngatahura ico yombarira.
6
Mbega yontwarisha ituntu ubushobozi bgayo buhambaye? Oyaye, arikw ivyanje yobishira ku mutima.
7
Aho ni ho umugororotsi yobūranira na yo, Īncira urubanza ikancira urutazokwivuguruzwa gushitsa ibihe bidashira.
8
Rāba, nja imbere, ariko si ho iri; Nasubira inyuma, nkayibura;
9
Naja i bubamfu mu gihe ikorera, na ho nyene sinshobore kuyibona; Yihisha ku ruhande rw’i buryo, kugira ngo sindayikubite ijisho.
10
Yamara yo irazi inzira ncamwo; Ni yamara kumvugutira nzovamwo mmeze nk’izahabu.
11
Ikirenge canje nacometse mu cayo; Inzira yayo narayikomeje, sinakikama.
12
Nta ho nasubiye inyuma ngo mve mu vyagezwe yashinze; Nashize umutima ku majambo yo mu kanwa kayo kuruta uko ndawushira ku vyo kurya bintunga.
13
Yagiye imigabo: none ni nde yoshobora kuyibuza? Kand’ ico umutima wayo ugomvye ni co ikora.
14
Kukw ari yo izonshitsakw ivyo yangereye: Kand’ ifise ibindi vyinshi bimeze nk’ivyo.
15
Ni co gituma ndandurwa umutima no kuba imbere yayo; Iyo ndayiyumviriye ndayitinya.
16
Kukw Imana ari yo idendebuye umutima wanje, Kand’ Īshobora vyose ikaba ari yo inciye ivutu.
17
Ivyo ni vyo binshābije, s’ umwiza, S’uk’ umwiza w’umuzitanya untwikiriye mu maso.
← Chapter 22
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 24 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42