bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 40
Job 40
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 39
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 41 →
1
Uhoraho yongera kubaza Yobu,
2
ati Mbeg’ umunyempāri yohāririza Īshobora vyose? Ūhāririza Imana, ni yishure!
3
Maze Yobu yishura Uhoraho,
4
ati Rāba ndi nta kimazi: nokwishura iki? Nifashe ku munwa.
5
Mvuze rimwe, ariko singisubīra; Mbere ni kabiri, arikw aho ni ho ngarukiye.
6
Maz’ Uhoraho yishurira Yobu mu gashururu,
7
at’ Enda kenyera magabo! Ngira nkubaze, nawe uheze unyishure.
8
Mbega woshingūra urwo nashinze? Wompenurirakw ibitari vyo kugira ng’ ubone urubanza?
9
Canke se, unganya amaboko n’Imana? Woshobora guturagarisha ijwi nka yo?
10
Enda ni wisakare ubgiza n’ ubukuru, Wambare icubahiro n’igitinyiro!
11
Sendereza uburake bgawe busebereye, Kandi witegereze umwibone wese, umucishe bugufi.
12
Witegereze umwibone wese, umusubize hasi, Kand’ ufyonyorere abanyakibi aho bari.
13
Ubashire mu mukungugu bose hamwe, Upfukire mu maso habo ahantu hatabona.
14
Ni ho nanje nzokwemera Yuk’ ukuboko kwawe kw’i buryo kwoshobora kugukiza.
15
Enda ni witegereze imvubu, iyo naremye nk’uko nakuremye; Irisha ubgatsi nk’inka.
16
Ehe rāba, inkomezi zayo ziri mu masohoro yayo, N’ububasha bgayo buri mu mitsi yo mu nda.
17
Izungagiza umurizo wayo udadaye nk’igiti c’isederi; Imitsi yo mu matako yayo irasobekeranye.
18
Amagufa yayo ameze nk’imiheha y’imiringa; Ingingo zayo zimeze nk’ibihindizo vy’ivyuma.
19
Mu vyaremwe n’Imana ni yo gakomeye; Iyayiremye ni yo yonyene yoshobora kuyishikiriza inkota.
20
N’ukuri imisozi iyimereza ivyo kurya, Ah’ ibikōko vyose vyo mw ishamba bikinira.
21
Yiryamira musi y’ibiti vy’ intunda, Mu bgihisho bgo mu marenga no mu rufunzo.
22
Ibiti vy’intunda biyikwiza igitūtu; Ibiti bimeze i ruhande y’ umugezi birayikikiza.
23
Rāba, iy’ uruzi rwigize akagabo ntiruha ihinda agashitsi; Naho Yorodani rwoseberera ikaruhūhira ku munwa, ntibigira ikindi.
24
Mbega har’ uwoyifata iri maso, Cank’ akayifatisha urusenga ngw ayitobore izuru?
← Chapter 39
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 41 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42