bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 13
Job 13
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 12
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 14 →
1
Rāba, ijisho ryanje ryabonye ivyo vyose; Ugutwi kwanje kwaravyiyumviye, kurabitahura.
2
Ivyo muzi nanje ndabizi: Ntimundusha.
3
N’ukuri ndagomba kwibaririra Īshobora vyose, Kandi ndifuza kwībūranira ku Mana.
4
Ariko mwebge mur’ abarementanya ibinyoma; Mwese mur’ abavūzi b’imburakimazi.
5
Icompa mugacereza rwose! Mwobaye mugize ubgenge.
6
Noneho ni mwumve urubanza rwanje, Kandi mutegere amatwi kubūrana kw’iminwa yanje.
7
Mbeg’ Imana mwoyibūranira mugoreka amajambo, Kandi muyivugira ibinyoma?
8
Mbega muyitinya ku kigohe? Non’ Imana mwoyitsa?
9
Aho vyoba vyiza ibaseranguye ikarāba? Canke mwoyihenda nk’uk’ umuntu ahenda uwundi?
10
Ntizobura kubahana, Namba murobanura ku cubahiro mu mpisho.
11
Mbeg’ icubahiro cayo nticobatera ubgoba, Igitinyiro cayo kikabasūmira?
12
Ya magambo yanyu akomeye ni nk’imigani y’iminyota, Inkinzo zanyu ni nk’inkinzo z’ibibumbano.
13
Ni muhore, mumpumekere, mbone kuvuga, Bice aho bigomba.
14
Ar’ ugupfa, mpfe, Ar’ uguheba amagara yanje, ndayahebe.
15
Ehe rāba, agira anyice: nta co nkirorereye; Yamara nzokwiregura ingeso zanje imbere yayo.
16
Ivyo na vyo bizombera agakiza, Kuk’ ūtubaha Imana atoseruka imbere yayo.
17
Enda ni mugire umwete wo kwumva amajambo yanje; Ivyo ngira mvuge bishike mu matwi yanyu.
18
Rāba mmaze gushinga urubanza rwanje: Ndazi ko nd’ umugororotsi.
19
Ni nde yompāririza? Abayeho noca mpora ngahwera.
20
Yamara Bgirukiro, ntunga ku bintu bibiri, Ni ho ntokwihisha mu nyonga zawe:
21
Geguza ukuboko kwawe kumveko, Kandi ntuntereshe ubgoba igitinyiro cawe ukundi.
22
Ni ho wompamagara, nkakwitaba, Cank’ unyemerere mvuge, abe ari wewe unyishura.
23
Ibigabitanyo vyanje n’ivyaha vyanje bingana bite? N’ummenyeshe igicumuro canje n’icaha canje.
24
N’iki gituma umpisha mu nyonga hawe, Ukangira umwansi wawe?
25
Mbeg’ ikibabi bubabi gikubebga n’umuyaga, wogitera ubgoba? Wokwiruka inyuma y’ibishingwe vyumye?
26
Kuk’ unyanditsekw ibintu bimbereye umururazi, Kand’ ukansubizakw ibigabitanyo vyo mu busore bganje.
27
Kand’ ibirenge vyanje ubishize mu mpatane z’ibiti, Ugenzura imigendere yanje yose; Ushingiye akarimbi ibirenge vyanje:
28
Naho mmeze nk’igiti kibongeye, Nk’impuzu yariwe n’inyenzi.
← Chapter 12
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 14 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42