bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 29
Job 29
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 28
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 30 →
1
Maze Yobu yongera kuvuga amajambo yiwe y’ibirāgurāgu,
2
at’ Icompa nkaba nari mmeze nk’uko nari ndi mu mezi yahise, Nko mu misi Imana yanzigamiramwo;
3
Igihe itara ryayo ryākira hejuru y’umutwe wanje, Umuco wayo ukancisha mu mwiza;
4
Nkaba nk’uko nari mmeze igihe nari nshitse ubukombe, Hamwe inama y’Imana yar’ ikiri mu rugo rwanje;
5
Igihe Īshobora vyose yar’ ikiri kumwe nanje, Abana banje bakinkikije;
6
Ibirenge vyanje bigitonyanga ivuta, Ubgato bgimbge mu gitandara bukinsendanishiriza amavuta ya elayo!
7
Uko nasohoka, nkaja kw irembo ry’igisagara, Ngaterekesha intebe yanje ahiyaguye,
8
Imisore yarambona, ikihisha, Abahūmure na bo bakampagurukira bagahagarara;
9
Abaganwa bagacereza, Bakifata ku munwa.
10
Ijwi ry’abapfasoni ryarahora, Ururimi rwabo rukamatana n’uruhekenyero.
11
Uk’ugutwi kwanyumva kwarampezagira, N’ijisho uko ryambona ryambera igishingantahe:
12
Kuko narokora impahazwa itakamba, Kandi n’impfuvyi itagira gitabara.
13
Umugorwa yarampezagira, Kandi nanezereza umutima w’umupfakazi.
14
Nambara ukugororoka, kukansagira, Kuroranya kwanje kwari kumbereye nk’umutamana n’ igitsibo.
15
Nar’ amaso y’impumyi, Nar’ ibirenge vy’ūcumbagira.
16
Nari se w’abakene, Natondanuza urubanza rw’ uwo ntazi.
17
Navunagura imibangabanga y’ umugabitanyi, Nkamushikura iminyago mu menyo yiwe.
18
Maze naravuga, nti Nzopfira mu rugo rwanje, Nti Nzogwiza imisi yanje ingane n’umusenyi:
19
Nt’ Imizi yanje ishōreye mu mazi, N’ikime gitonda kw ishami ryanje bukarinda buca:
20
Nt’ Ubgiza bganje bgama bgiyubura, N’umuheto wanje uhora ar’ umwerasi mu ntoke zanje.
21
Abantu bāhora bantega amatwi, bakitega ico mvuga, Bagacereza, ngo bumve inama yanje.
22
Iyo mmaze kuvuga, nta wagira ico asubiza; Amajambo yanje yabatonyangako.
23
Kandi bānyitega nk’abiteze imvura, Bakāsama cane, nk’abāsamira imvura y’urushana.
24
Narabatwenza bihebuye, Kand’ umukēra wo mu maso hanje ntibāwuhindura ngo hijirwe.
25
Nakunda inzira ija aho bari, nkicara nk’umutware, Naba nk’umwami mu ngabo ziwe, Nkaba nk’ūhoza abagandaye.
← Chapter 28
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 30 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42