Job 33
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
15Mu nzozi, mw iravūta ryo mw ijoro, Igihe itiro ryinshi ritwaye abantu, Bisinziriye ku mariri yabo;
24Ni ho amugirira imbabazi, Ati Murekure, yoye kumanuka ngw aje muri rwa rwobo; Mbonye ikimucungura.