bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Job 35
Job 35
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 34
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 36 →
1
Nuko Elihu akomeza amajambo yiwe,
2
ati Mbeg’ ugira ngw ivyo uvuga ni ko, Ugira ng’ ukugororoka kwawe kuruta ukw’ Imana?
3
K’uvuga, ngo Vyokumarira iki? Kandi ng’ Uzoronka inyungu ki, ziruta izo uba warabonye ukoze ivyaha?
4
Jewe ngira nkwishure, Mwe na bagenzi bawe.
5
Itegereze mw ijuru urābe; Kand’ urābe iyo hejuru, ingene hagusumba.
6
Asangwa warakoze icaha, uyitwaye iki? Kand’ ibicumuro vyawe namba vyaragwiriye, uyigize iki?
7
Asangw’ ur’ umugororotsi, uyihaye iki? Canke se ico ironse mu kuboko kwawe n’iki?
8
Mugabo ibibi vyawe vyobabaza umuntu ameze nkawe; N’ubugororotsi bgawe uwo bgogirira ikimazi n’umwana w’umuntu gusa.
9
Batakishwa n’agahahazo kenshi, Batakambishwa no kubabazwa n’amaboko y’abanyenkomezi.
10
Ariko nta wuvuga, at’ Imana Umuremyi wanje iri hehe, Kand’ ari yo iduha indirimbo mw ijoro,
11
Ikatwigisha gusumba ibikōko vyo mw isi, Ikaduha ubgenge gusumba ibiguruka mu kirēre?
12
Nuko barataka, ariko nta wugira ico abishura, Bitewe n’ubgibone bg’abantu babi.
13
Ereg’ Imana ntiyokwumva amagambo y’ubuhuhuta, Īshobora vyose ntiyonayababara.
14
None ntirushirije kutumva, iy’ uvuga ngo Ntuyibona, Ng’ Urubanza rwawe rur’ imbere yayo, ng’ Urayirorereye?
15
Ariko noneho, uburake bgayo ko butātumye ihana, Ntinababare cane ivy’ amanyama,
16
Ni co catumye Yobu ateranurira akanwa kuvuga amagambo y’ubuhuhuta, Agasegenyura amagambo ata co azi.
← Chapter 34
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 36 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42