bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Chronicles 1
1 Chronicles 1
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 2 →
1
Adamu na Seti na Enoshi,
2
na Kenani na Mahalaleli na Yaredi,
3
na Henoki na Metusela na Lameki,
4
na Nowa na Shemu na Hamu na Yafeti.
5
Aba Yafeti ni Gomeri na Magogi na Madayi na Yavani na Tubalu na Mesheki na Tirasi.
6
Aba Gomeri ni Ashikenazi na Rifati na Togaruma.
7
Aba Yavani ni Elisha na Tarushishi na Kitimu na Dodanimu.
8
Aba Hamu ni Kushi na Misirayimu na Puti na Kanani.
9
Aba Kushi ni Seba na Havila na Sabuta na Rama na Sabuteka. Bene Rama ni Sheba na Dedani.
10
Kandi Kushi yavyaye na Nimurodi: ni we wa mbere yabaye cīhabugabo mw isi.
11
Misirayimu yakomōtsweko n’Abaludi n’Abanami n’Abalehabi n’Abanafutuhi,
12
n’Abapatirusi n’Abakasiluhi (ni bo bākomōtsweko n’Abafilisitiya), kandi yakomōtsweko n’ Abakafutori.
13
Kanani yavyaye imfura yiwe Sidoni, akurikizako Heti:
14
kandi Kanani ni we yakomōtsweko n’Abayebusi n’Abamori n’Abagirugashi,
15
n’Abahiwi n’Abaruki n’Abasini,
16
n’Abaruvadi n’Abasemari n’Abahamati.
17
Aba Shemu ni Elamu na Ashuri na Arupakisadi na Ludi na Aramu na Uzi na Huli na Geteri na Mesheki.
18
Arupakisadi yavyaye Shela; Shela yavyaye Eberi.
19
Eberi yavyaye abahungu babiri: umwe yitwa Pelegi, kuko mu gihe ciwe ari ho isi yagabanganirijwe; murumuna we yitwa Yokitani.
20
Yokitani yavyaye Alumodadi na Shelefu na Hasarumaweti na Yera,
21
na Hadoramu na Uzalu na Dikila,
22
na Ebali na Abimayeli na Sheba,
23
na Ofiru na Havila na Yobabu; abo bose ni bene Yokitani.
24
Shemu na Arupakisadi na Shela,
25
na Eberi na Pelegi na Reyu,
26
na Serugi na Nahori na Tera,
27
na Aburamu, ari we Aburahamu.
28
Bene Aburahamu ni Isaka na Ishimayeli.
29
Uru ni rwo ruvyaro rwabo: imfura ya Ishimayeli ni Nebayoti, hakurikira Kedari na Adibeli na Mibusamu,
30
na Mishima na Duma na Masa na Hadadi na Tema,
31
na Yeturi na Nafishi na Kedema; abo ni bo bana ba Ishimayeli.
32
Aba ni bo bana Ketura, incoreke ya Aburahamu, yavyaranye na we: avyara Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani na Yishibaki na Shuwa. Bene Yokishani ni Sheba na Dedani.
33
Bene Midiyani ni Efa na Eferi na Hanoki na Abida na Eludaya. Abo bose n’uruvyaro rwa Ketura.
34
Aburahamu yavyaye Isaka. Bene Isaka ni Esau na Isirayeli.
35
Bene Esau ni Elifazi na Ruweli na Yushi na Yalamu na Kora.
36
Bene Elifazi ni Temani na Omari na Sefi na Gatamu na Kenazi na Timuna na Amaleki.
37
Bene Ruweli ni Nahati na Zera na Shama na Miza.
38
Bene Seyiri ni Lotani na Shobali na Sibeyoni na Ana na Dishoni na Etseri na Dishani.
39
Bene Lotani ni Hori na Homamu; kandi mushiki wa Lotani yari Timuna.
40
Bene Shobali ni Aliyani na Manahati na Ebali na Shefi na Onamu. Bene Sibeyoni ni Aya na Ana.
41
Bene Ana ni Dishoni. Bene Dishoni ni Hamurani na Eshibani na Yitirani na Kerani.
42
Bene Etseri ni Biluhani na Zayavani na Yakani. Bene Dishani ni Uzi na Arani.
43
Aba ni bo bami babaye ku ngoma mu gihugu ca Edomu, hatarīma umwami mu Bisirayeli. Bela mwene Beyori; umurwa wiwe witwa Dinihaba.
44
Bela atanze, Yobabu mwene Zera w’i Bosira asubira ku ngoma yiwe.
45
Yobabu atanze, Hushamu wo mu gihugu c’Abatemani asubira ku ngoma yiwe.
46
Hushamu atanze, Hadadi mwene Bedadi, umwe yaneshereza Abamidiyani mu gihugu c’i Mowabu, asubira ku ngoma yiwe; umurwa wiwe witwa Aviti.
47
Hadadi atanze, Samula w’i Masireka asubira ku ngoma yiwe.
48
Samula atanze, Sauli w’i Rehoboti ahahera kuri rwa Ruzi, asubira ku ngoma yiwe.
49
Sauli atanze, Bayali‐hanani mwene Akibori asubira ku ngoma yiwe.
50
Bayali‐hanani atanze, Hadadi asubira ku ngoma yiwe; umurwa wiwe witwa Payi; umwamikazi wiwe yitwa Mehetabeli, umukobga wa Matiredi, Matiredi umukobga wa Mezahabu.
51
Hadadi na we aratanga. Abakuru b’imiryango yakomōtse kuri Edomu ni Timuna na Aliya na Yeteti,
52
na Oholibama na Ela na Pinoni,
53
na Kenazi na Temani na Mibusari,
54
na Magidiyeli na Iramu. Abo ni bo bakuru b’imiryango yakomōtse kuri Edomu.
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 2 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29