bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Chronicles 25
1 Chronicles 25
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 24
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 26 →
1
Maze Dawidi bo n’abagabisha b’ingabo barobanurira ibikorwa bamwe bo mu ba Asafu no mu ba Hemani no mu ba Yedutuni, kugira ngo baririmbe, bavugira inanga n’amakembe n’ivyitwa matowazi; igitigiri c’abakora ico gikorwa, uko bāgenda bakūranwa, bār’ aba:
2
abo mu ba Asafu ni Zakuri na Yosefu na Netaniya na Asharela, abana ba Asafu nyene, kandi bāgabga na we, yaririmba uk’ umwami amubgirije.
3
Aba Yedutuni, abahungu biwe ni Gedaliya na Seri na Yeshaya, na Shimeyi na Hashabiya na Matitiya, abo ukw ari batandatu; bāgabga na se Yedutuni nyene, yaririmba avugira inanga, akengurukira Uhoraho, amutazira.
4
Aba Hemani, abahungu biwe ni Bukiya na Mataniya na Uziyeli, na Shebuweli na Yerimoti na Hananiya, na Hanani na Eliyata na Gidaliti, na Romamuti‐ezeri na Yoshibekasha na Maloti, na Hotiri na Mahaziyoti.
5
Abo bose bār’ abahungu ba Hemani, kamenyi w’umwami amumenyera ivy’ Imana; kukw Imana yateye Hemani icubahiro, ikamuha abana b’abahungu cumi na bane n’abakobga batatu.
6
Abo bose bāgabga na se mu kuririmbira mu ngoro y’Uhoraho, bavuza ivyitwa matowazi n’amakembe n’inanga, ngo bashitse igikorwa co mu ngoro y’ Imana; kandi Asafu na Yedutuni na Hemani, umwami ni we yagenda ababgiriza.
7
Nukw igitigiri cabo, hamwe na bagenzi babo bāri bigishijwe kuririmbira Uhoraho, abahinga bose, bār’ amajana abiri na mirongumunani n’umunani.
8
Maze bapfinda ubupfindo, ngo barābe ingene bagiye gukurikirana mu bikorwa, bose bapfinda kumwe, abato n’ abakuze, abigisha n’abigishwa.
9
Ubupfindo bga mbere bgerekana Yosefu kubga Asafu, ubga kabiri bgerekana Gedaliya, we na bagenzi biwe n’abigishwa biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
10
ubga gatatu bgerekana Zakuri n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
11
ubga kane bgerekana Isuri n’ abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
12
ubga gatanu bgerekana Netaniya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
13
ubga gatandatu bgerekana Bukiya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
14
ubg’ indwi bgerekana Yesharela n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
15
ubg’ umunani bgerekana Yeshaya n’ abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
16
ubg’ icenda bgerekana Mataniya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
17
ubg’ icumi bgerekana Shimeyi n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
18
ubg’ icumi na rimwe bgerekana Azareli n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
19
ubg’ icumi na kabiri bgerekana Hashabiya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
20
ubg’ icumi na gatatu bgerekana Shubayeli n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
21
ubg’ icumi na kane bgerekana Matitiya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
22
ubg’ icumi na gatanu bgerekana Yeremoti n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
23
ubg’ icumi na gatandatu bgerekana Hananiya n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
24
ubg’ icumi n’indwi bgerekana Yoshibekasha n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
25
ubg’ icumi n’umunani bgerekana Hanani n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
26
ubg’ icumi n’ icenda bgerekana Maloti n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
27
ubga mirongwibiri bgerekana Eliyata n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
28
ubga mirongwibiri na rimwe bgerekana Hotiri n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
29
ubga mirongwibiri na kabiri bgerekana Gidaliti n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
30
ubga mirongwibiri na gatatu bgerekana Mahaziyoti n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri;
31
ubga mirongwibiri na kane bgerekana Romamuti‐ezeri n’abigishwa biwe na bagenzi biwe, bose na bose bār’ icumi na babiri nyene.
← Chapter 24
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 26 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29