bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Chronicles 14
1 Chronicles 14
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 13
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 15 →
1
Bukeye Hiramu umwami w’i Tiro atuma intumwa kuri Dawidi, arungika n’ibiti vy’ amasederi n’abubatsi n’ababāji, kugira ngo bamwubakire ingoro.
2
Nuko Dawidi aca atahura yuk’ Uhoraho ari we yamuteretse ngw abe umwami w’Abisirayeli, kandi k’ubgami bgiwe bushizwe hejuru kubg’ abantu biwe b’Abisirayeli.
3
Maze Dawidi yābīrira i Yerusalemu abandi bamikazi, yongera kuvyara abandi bana b’abahungu n’abakobga.
4
Aya ni yo mazina y’abana yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa na Shobabu na Natani na Salomo,
5
na Ibuhari na Elishuwa na Elipeleti,
6
na Noga na Nefegi na Yafiya,
7
na Elishama na Beliyada na Elifeleti.
8
Maz’ Abafilisitiya bumvise ko Dawidi yimikishijwe amavuta ngw abe umwami w’Abisirayeli bose, Abafilisitiya bose baradūga baja kumuhīga. Dawidi avyumvise aja kubatega.
9
Kand’ abo Bafilisitiya bari baje, basagaza ku mwonga Refayimu.
10
Maze Dawidi asiguza Imana, ati Mbega ndūge nje gutera Abafilisitiya? Urabagabura mu maboko yanje? Uhoraho aramwishura, ati Dūga ubatere, kuko nzobagabura mu maboko yawe.
11
Nuko baja i Bayali‐perasimu, Dawidi abanesherezayo; aravuga, at’ Imana yampaye guhomvora abansi banje nk’ukw amazi ahomvora urugomero; ni co catumye bita aho hantu Bayali‐perasimu.
12
Abafilisitiya batay’ ibigirwamana vyabo; nuko Dawidi avuga ko babiturira.
13
Bukeye Abafilisitiya basubira gusagaza ubugira kabiri kur’ uwo mwonga nyene.
14
Dawidi yongera gusiguza Imana; maz’ Imana iramwishura, iti Ntudūge ngo mubīsanganize, ariko mubaturuke inyuma, mubaserukire aharābana n’ibiti vyitwa imibaka.
15
Maze ni wumva imirindi y’ingabo ihindira hejuru kur’ iyo mibaka, uce ubatera, kuko jewe Imana nzoba nkwitangiye imbere gutera izo ngabo z’Abafilisitiya.
16
Nuko Dawidi abigenza nk’ukw Imana yamubariye; bakinagiza izo ngabo z’Abafilisitiya uhereye i Gibeyoni ugashitsa i Gezeri.
17
Maz’ inkuru za Dawidi zikwira mu bihugu vyose; Uhoraho atuma amahanga yose amutinya.
← Chapter 13
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 15 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29