bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Chronicles 8
1 Chronicles 8
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 7
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 9 →
1
Benyamini yavyaye Bela, ni we mfura yiwe, uwa kabiri ni Ashubeli, uwa gatatu ni Ahara;
2
uwa kane ni Noha, uwa gatanu ni Rafa.
3
Abahungu ba Bela ni Adari na Gera na Abihudi,
4
na Abishuwa na Namani na Ahowa,
5
na Gera na Shefufani na Huramu.
6
Aba ni bo bene Ehudi: bār’ abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza mu baba i Geba; babajana ar’ inyagano i Manahati;
7
ni bo aba: Namani na Ahiya; kandi Gera ni we yabajanye ar’ inyagano, ni we se wa Uza na Ahihudi.
8
Shaharayimu avyarira abana mu gihugu c’i Mowabu, amaze kwirukana abagore biwe Hushimu na Bayara.
9
Avyarana na Hodeshi umugore wiwe Yobabu na Sibiya na Mesha na Malukamu,
10
na Yusi na Shakiya na Miruma. Abo ni bo bār’ abahungu biwe, kandi bār’ abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza.
11
Kand’ abo yavyaye kuri Hushimu ni Abitubu na Elipali.
12
Bene Elipali ni Eberi na Mishamu na Shemedi; Shemedi uwo ni we yubatse Ono na Lodi bo n’ibisagara bihakūkira;
13
Elipali avyara na Beriya na Shema; ni bo bār’ abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza mu bāba i Ayaloni, birukanye abāba i Gati,
14
arongera avyara na Ahiyo na Shashaki na Yeremoti.
15
Kandi Zebadiya na Aradi na Ederi,
16
na Mikayeli na Ishipa na Yoha ni bo bene Beriya.
17
Kandi Zebadiya na Meshulamu na Hizuki na Heberi,
18
na Ishimerayi na Izuliya na Yobabu ni bo bene Elipali.
19
Kandi Yakimu na Zikuri na Zabudi,
20
na Eliyenayi na Siletayi na Eliyeli,
21
na Adaya na Beraya na Shimurati ni bene Shimeyi.
22
Kandi Ishupani na Eberi na Eliyeli,
23
na Abudoni na Zikuri na Hanani,
24
na Hananiya na Elamu na Anitotiya,
25
na Ifudeya na Penuweli, ni bo bene Shashaki.
26
Kandi Shamusherayi na Shehariya na Ataliya,
27
na Yareshiya na Eliya na Zikuri ni bo bene Yerohamu.
28
Abo ni bo bagiye baba abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza, uk’ urunganwe rwabo rwagenda rukurikirana, kandi bāba i Yerusalemu.
29
Yeyeli se wa Gibeyoni yaba i Gibeyoni nyene; umugore wiwe yitwa Mayaka.
30
Imfura yiwe ni Abudoni, agakurikirwa na Suri na Kishi na Bayali na Nadabu,
31
na Gedori na Ahiyo na Zekeri,
32
na Mikuloti ari we se wa Shimeya. Abo na bo bābāna n’abo b’i wabo i Yerusalemu nyene, babangikanye.
33
Kandi Neri avyara Kishi, Kishi avyara Sauli, Sauli avyara Yonatani na Malikishuwa na Abinadabu na Eshibayali.
34
Umuhungu wa Yonatani ni Meribu‐bayali, Meribu‐bayali avyara Mika.
35
Bene Mika ni Pitoni na Meleki na Tareya na Ahazi.
36
Ahazi avyara Yehowada; Yehowada avyara Alemeti na Azimaveti na Zimuri; Zimuri avyara Moza.
37
Moza avyara Bineya se wa Rafa; mwene Rafa ni Eleyasa, mwene Eleyasa ni Asela.
38
Kandi Asela yar’ afise abahungu batandatu, amazina yabo n’aya: Azirikamu na Bokeru na Ishimayeli na Sheyariya na Obadiya na Hanani. Abo bose ni bene Asela.
39
Abana ba Esheki murumuna we n’aba: imfura yiwe ni Ulamu, uwa kabiri ni Yeyushi, uwa gatatu ni Elifeleti.
40
Bene Ulamu bār’ abantu b’abahizi bazi kurasa; bāri bafise abahungu benshi n’abuzukuru benshi, bāshika kw ijana na mirongwitanu. Abo bose n’abandurutse kuri Benyamini.
← Chapter 7
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 9 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29