bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
1 Chronicles 3
1 Chronicles 3
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 2
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 4 →
1
Aba ni bo bana b’abahungu Dawidi yavyariye i Heburoni: uw’ imfura ni Amunoni, uwo yavyaye kuri Ahinowamu w’i Yezireli; uwa kabiri ni Daniyeli, uwo yavyaye kuri Abigayili w’i Karumeli;
2
uwa gatatu ni Abusalomu, uwo yavyaye kuri Mayaka, umukobga wa Talumayi umwami w’i Geshuri; uwa kane ni Adoniya, uwo yavyaye kuri Hagita;
3
uwa gatanu ni Shefatiya, uwo yavyaye kuri Abitali; uwa gatandatu ni Itureyamu, uwo yavyaye ku wundi mugore wiwe yitwa Egila.
4
Abo ukw ari batandatu ni bo yavyariye i Heburoni; kandi yamaze ku ngoma imyaka ndwi n’amezi atandatu ar’ i Heburoni, n’iyindi mirongwitatu n’itatu ar’ i Yerusalemu.
5
Aba ni bo yavyariye i Yerusalemu: Shimeya na Shobabu na Natani na Salomo, abo ukw ari bane yabavyaye kuri Batishuwa umukobga wa Amiyeli;
6
avyara na Ibuhari na Elishama na Elifeleti,
7
na Noga na Nefegi na Yafiya,
8
na Elishama na Eliyada na Elifeleti ukw ar icenda.
9
Abo bose bar’ abahungu ba Dawidi, udashizemw’ abo yavyaye ku ncoreke ziwe; kandi bari bafise mushiki wabo Tamari.
10
Umuhungu wa Salomo ni Rehobowamu, uwa Rehobowamu ni Abiya, uwa Abiya ni Asa, uwa Asa ni Yehoshafati;
11
uwa Yehoshafati ni Yoramu, uwa Yoramu ni Ahaziya, uwa Ahaziya ni Yowasi;
12
uwa Yowasi ni Amaziya, uwa Amaziya ni Uziya, uwa Uziya ni Yotamu;
13
uwa Yotamu ni Ahazi, uwa Ahazi ni Hezekiya, uwa Hezekiya ni Manase;
14
uwa Manase ni Amoni, uwa Amoni ni Yosiya.
15
Bene Yosiya, uw’imfura ni Yohanani, uwa kabiri ni Yehoyakimu, uwa gatatu ni Zedekiya, uwa kane ni Shalumu.
16
Umuhungu wa Yehoyakimu ni Yekoniya, uwa Yekoniya ni Zedekiya.
17
Abo Yekoniya yavyaye ar’ imbohe ni Sheyalutiyeli,
18
na Malikiramu na Pedaya na Shenasari na Yekamiya na Hoshama na Nedabiya.
19
Bene Pedaya ni Zerubabeli na Shimeyi; bene Zerubabeli ni Meshulamu na Hananiya, kandi bari bafise mushiki wabo Shelomiti;
20
kandi yari yavyaye n’abandi batanu, Hashuba na Oheli na Berekiya na Hasadiya na Yushabu‐hesedi.
21
Mwene Hananiya ni Pelatiya, uwa Pelatiya ni Yeshaya, uwa Yeshaya ni Refaya, uwa Refaya ni Arunani, uwa Arunani ni Obadiya, uwa Obadiya ni Shekaniya;
22
uwa Shekaniya ni Shemaya; bene Shemaya ni Hatushi na Igali na Bariya na Neyariya na Shafati, ukw ari batandatu;
23
bene Neyariya ni Eliyowenayi na Hizikiya na Azurikamu, ukw ari batatu.
24
Bene Eliyowenayi ni Hodaviya na Eliyashibu na Pelaya na Akubu na Yohanani na Delaya na Anani, ukw ar indwi.
← Chapter 2
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 4 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29