bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Ezekiel 19
Ezekiel 19
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 18
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 20 →
1
Ikindi, cura intimba uririre inda y’ingoma y’Abisirayeli,
2
uti Nyoko yar’ iki? Yar’ intambge y’ingore: yigaramangira mu zindi ntambge, ikonkereza ibibunda vyayo hagati mu migunza y’ intambge.
3
Kimwe mur’ ivyo bibunda vyayo ikireze, kiba umugunza w’intambge: nuko yiga guhīga, iromagira n’abantu.
4
Maz’ amahanga yumva ivyayo, ikorokera mu cobo ayo mahanga yayimbiye: bayikwegesha ingōgo z’ivyuma, bayijana mu gihugu ca Egiputa.
5
Maze nyina ibonye kw iyirorereye iyihebuye, ica yābīra ikindi co mu bibunda vyayo, igihindura umugunza w’intambge.
6
Nuko kigendagenda mu zindi ntambge, kiba umugunza w’intambge; yiga guhīga, iromagira n’abantu.
7
Maz’ isangangura ingoro zabo, itikiza ibisagara vyabo; igihugu cononekarana n’ibirimwo vyose, kubgo kwumva ukwivuga kwayo.
8
Maz’ amahanga arayitera baturutse mu bihugu impande zose; bayita mu ruriba rwabo, ikorokera mu cobo bayimbiye.
9
Bayishikana mu mpatane bayikwegesheje ingōgo z’ivyuma, bayishīra umwami w’i Babuloni; bayishira mu maboma, kugira ngw ijwi ryayo ntirize risubire kwumvikana ku misozi y’i Bgisirayeli.
10
Nyoko yar’ ameze nk’umuzabibu, nk’uko nawe umeze, nk’ umuzabibu watewe hafi y’amazi, wama cane, ukagira amashami menshi, kubgo kuba ku mazi abugereye.
11
Kandi warikw ishami rinoze ryagizwe inkoni y’umwami y’ubugabe, yar’ inungereye hejuru hagati mu mashami yitwaye intunda, yaribonekeza hejuru n’udushorishori twayo twinshi.
12
Arik’ uwo muzabibu waranduranywe uburake, utsindwa hasi, maz’ umuyaga uva i burasirazuba wumisha inzabibu zawo; rya shami ryawo rinoze rirahanyurwa rirakabirana, umuriro urariturira.
13
Noneho watewe mu bugaragwa, mu gihugu cumye kigataye.
14
Kand’ umuriro wavuye muri rya shami, uturira ayandi mashami yawo, n’inzabibu zawo, bituma ata shami rinoze ryo kuvamw’ inkoni y’ubugabe yo kuganzisha iwusigarako. Ayo majambo n’ay’ agacurantimba, kand’ azohora acurishwa intimba.
← Chapter 18
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 20 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48