bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Genesis 20
Genesis 20
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 19
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 21 →
1
Aburahamu ava aho yar’ ari, agenda yerekeye igihugu c’i Negebu; aja kuba hagati y’i Kadeshi n’i Shura, yikubita n’i Gerari.
2
Aburahamu avuga ko Sara umugore wiwe ari mushiki we; Abimeleki, umwami w’i Gerari, atumiza Sara, aramutwara.
3
Ariko mw ijoro Imana ibonekera Abimeleki mu nzozi, iramubarira, it’ Urapfuye, kubg’ uwo mugore watwaye: kukw afise ina we.
4
Mugabo, Abimeleki ntiyaribgamwēgēre: nukw arabaza, ati Mwami, wogeseza abantu kand’ ata co bacumuye?
5
Ubgiwe si we yambariye ngo ni mushiki we? Na nya mugore nyene yavuze kw ari musaza we. Ico nakoze nagikoze ata mutima undega ikibi, ata maboko yanje nanduje.
6
Imana imwishurira mu nzozi, iti Koko, nzi yuko wakoze ivyo ufise umutima utakurega ikibi, kandi nanje nakubujije kuncumurako: ni co catumye ntagukundiye kumukorako.
7
None rero subiza uwo mugabo umugore wiwe, kukw ar’ūvugishwa nanje; na we azogusengera, ubone kubaho. Ariko n’utamumusubiza, umenye yuk’ utazobura gupfa, mwe n’abawe bose.
8
Abimeleki akoroka kare mu gatondo, ahamagaza abanyarugo biwe bose, abiganira ivyo vyose: abo bagabo baratinya cane.
9
Maze Abimeleki ahamagaza Aburahamu, aramubaza, ati Watugize ibiki? Nagukoreye icaha ki, catumye undemeka icaha kingana girtyo, twe n’igihugu canje? Wankoreye ibidakwiye gukorwa.
10
Abimeleki arongera abaza Aburahamu, at’ Ivyo wabitewe n’iki?
11
Aburahamu aramwishura, ati N’uko nibgiye rwose yukw ata gutinya Imana kuriho ino; nti Kandi bazonyica bampora umugore wanje.
12
Kandi koko ni mushikanje: ni mwene data ariko si mwene mama, maze namugize umugore wanje.
13
Nuko rero, uhereye ah’ Imana yankūriye mu rugo kwa data, ikankwiragiza, naramubariye, nt’ Uku ni k’ukwiye kuzogenda untabara: aho tuzoshika hose, uz’ uvuge, uti Ni musazanje.
14
Abimeleki yābīra intama n’ inka n’abagurano b’abahungu n’ abakobga, abiha Aburahamu amusubiza na Sara umugore wiwe.
15
Abimeleki aramubarira, at’Eh’ igihugu canje ngico: genda ube ah’ugomba hose.
16
Abarira na Sara, ati Rāba mpaye musazawe intete z’ifeza igihumbi; zizoba ico kugutēturura imbere y’abo muri kumwe bose; ngukūyekw iceyi kuri bose.
17
Maze Aburahamu asenga Imana, ikiza Abimeleki n’ umwamikazi wiwe n’incoreke ziwe; baravyara.
18
Kuk’ Uhoraho yari yazivye inda z’abo mu rugo rwa Abimeleki bose, abahōye Sara umugore wa Aburahamu.
← Chapter 19
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 21 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48
49
50