bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Genesis 36
Genesis 36
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 37 →
1
Uru ni rwo ruvyaro rwa Esau, ari we Edomu.
2
Esau yarongoye Abanyakananikazi, Ada umukobga wa Eloni Umuheti, na Oholibama umukobga wa Ana, Ana mwene Sibeyoni Umuhiwi;
3
na Basemati mushiki wa Nebayoti, umukobga wa Ishimayeli.
4
Esau avyarana na Ada Elifazi; Basemati na we bavyarana Ruweli;
5
Oholibama bavyarana Yushi na Yalamu na Kora: abo ni bo bahungu ba Esau, yavyariye mu gihugu c’i Kanani.
6
Esau akora abagore biwe n’abahungu biwe n’abakobga biwe, n’ abantu bose bo mu rugo rwiwe, n’ inka ziwe, n’ibiyevera vyiwe vyose, n’ibintu vyiwe vyose, yaronkeye mu gihugu c’i Kanani; aja mu kindi gihugu, atandukana na mwene nyina Yakobo.
7
Kukw itunga ryabo ryari ryinshi, bigatuma badashobora kubangikana; kand’ igihugu bari bararoyemw’ ar’ inyambukīra, nticabakwira kubg’ amasho yabo.
8
Nuko Esau aja kuba ku musozi Seyiri: Esau ni we Edomu.
9
Uru ni rwo ruvyaro rwa Esau sekuruza w’Abanyedomu bo ku musozi Seyiri.
10
Bene Esau aya ni yo mazina yabo: uwa Ada muka Esau ni Elifazi, n’uwa Basemati muka Esau ni Ruweli.
11
Bene Elifazi ni Temani na Omari na Sefo na Gatamu na Kenazi.
12
Kandi Timuna yar’ incoreke ya Elifazi mwene Esau: Elifazi avyarana na we Amaleki: abo ni bo buzukuru ba Ada, muka Esau.
13
Kand’ aba ni bo bene Ruweli: Nahati na Zera na Shama na Miza: abo ni bo buzukuru ba Basemati, muka Esau.
14
Kand’ aba ni bo bene Oholibama muka Esau, umukobga wa Ana, Ana mwene Sibeyoni: Esau avyarana na Oholibama Yushi na Yalamu na Kora.
15
Aba ni bo bakuru b’imiryango yakomōtse ku bahungu ba Esau. Bene Elifazi imfura ya Esau, abakuru b’imiryango, n’aba: Temani, na Omari, na Sefo, na Kenazi,
16
na Kora, na Gatamu, na Amaleki: abo ni bo bakuru b’imiryango yandurutse kuri Elifazi mu gihugu ca Edomu; abo ni bo buzukuru ba Ada.
17
Kandi bene Ruweli mwene Esau, abakuru b’imiryango, n’aba: Nahati, na Zera, na Shama, na Miza: abo ni bo bakuru b’imiryango yandurutse kuri Ruweli mu gihugu ca Edomu; abo ni bo buzukuru ba Basemati muka Esau.
18
Abo Esau yavyaranye na Oholibama umugore wiwe, abakuru b’imiryango n’aba: Yushi na Yalamu na Kora: abo ni bo bakuru b’imiryango yandurutse kuri Oholibama muka Esau, mwene Ana.
19
Abo ni bo bo mu nda ya Esau, ari we Edomu; abo ni bo bakuru b’imiryango yabo.
20
Aba ni bo bene Seyiri Umuhori, ben’ ico gihugu: Lotani na Shobali na Sibeyoni na Ana,
21
na Dishoni na Etseri na Dishani: abo ni bo bakuru b’imiryango bākomōtse mu Bahori, ari bo bene Seyiri, mu gihugu ca Edomu.
22
Bene Lotani ni Hori na Hemamu; kandi mushiki wa Lotani yari Timuna.
23
Kand’ aba ni bo bene Shobali: Alivani na Manahati na Ebali na Shefo na Onamu.
24
Kand’ aba ni bo bene Sibeyoni: Aya na Ana: Ana uwo ni we yahūmutse ku mbizi y’amashuha mu bugaragwa, aragiye indogoba za se Sibeyoni.
25
Kand’ aba ni bo bene Ana: Dishoni na Oholibama, umukobga wa Ana nyene.
26
Kand’ aba ni bo bene Dishoni: Hemudani na Eshibani na Yitirani na Kerani.
27
Kand’ aba ni bo bene Etseri: Biluhani na Zavani na Akani.
28
Kand’ aba ni bo bene Dishani: Uzi na Arani.
29
Aba ni bo bakuru b’imiryango bākomōtse mu Bahori: Lotani na Shobali na Sibeyoni na Ana,
30
na Dishoni na Etseri na Dishani; abo ni bo bakuru b’imiryango bākomōtse mu Bahori, nk’ukw imiryango yabo iri mu gihugu c’i Seyiri.
31
Aba ni bo bami babaye ku ngoma mu gihugu ca Edomu, hatarīma umwami mu Bisirayeli.
32
Bela mwene Beyori yaganza muri Edomu; umurwa wiwe witwa Dinihaba.
33
Bela atanze, Yobabu mwene Zera w’i Bosira asubira ku ngoma yiwe.
34
Yobabu atanze, Hushamu wo mu gihugu c’Abatemani asubira ku ngoma yiwe.
35
Hushamu atanze, Hadadi mwene Bedadi, umwe yaneshereza Abamidiyani mu gihugu c’i Mowabu, asubira ku ngoma yiwe; umurwa wiwe witwa Aviti.
36
Hadadi atanze, Samula w’i Masireka asubira ku ngoma yiwe.
37
Samula atanze, Sauli w’i Rehoboti ahahera kuri rwa Ruzi, asubira ku ngoma yiwe.
38
Sauli atanze, Bayali‐hanani mwene Akibori asubira ku ngoma yiwe.
39
Bayali‐hanani mwene Akibori atanze, Hadari asubira ku ngoma yiwe; umurwa wiwe witwa Pawu; umwamikazi wiwe yitwa Mehetabeli, umukobga wa Matiredi, Matiredi umukobga wa Mezahabu.
40
Aya ni yo mazina y’abakuru b’ imiryango bandurutse kuri Esau, nk’ukw imiryango yabo iri, nk’ ukw ibihugu vyabo biri, nk’ukw amazina yabo ari: abakuru b’imiryango ni Timuna na Aliwa na Yeteti,
41
na Oholibama na Ela na Pinoni,
42
na Kenazi na Temani na Mibusari,
43
na Magidiyeli na Iramu. Abo ni bo bakuru b’imiryango yakomōtse kuri Edomu ari we Esau, sekuruza w’ Abanyedomu, nk’ukw amashamvu yabo ari mu gihugu bīzīziye.
← Chapter 35
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 37 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48
49
50