bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Genesis 5
Genesis 5
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 4
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 6 →
1
Iki n’igitabo kidōndōra uruvyaro rwa Adamu. Ku musi Imana yaremeyek’ umuntu, mw ishusho yayo ni ho yamuremye;
2
irema abantu bar’ uburyo bubiri: irabahezagira, ibita Abantu, ku musi bāremeweko.
3
Nuko Adamu amaze imyaka ijana na mirongwitatu avyara umuhungu afise ishusho yiwe, asa na we, amwita Seti.
4
Adamu amaze kuvyara Seti, amara imyaka amajana munani, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
5
Imisi yose Adamu yamaze yabaye imyaka amajana cenda na mirongwitatu: araheza arapfa.
6
Seti amaze imyaka ijana n’iyindi itanu avyara Enoshi.
7
Seti amaze kuvyara Enoshi, amara imyaka amajana munani n’indwi, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
8
Imisi yose Seti yamaze yabaye imyaka amajana cenda n’icumi n’ibiri: araheza arapfa.
9
Enoshi amaze imyaka mirongwicenda avyara Kenani.
10
Enoshi amaze kuvyara Kenani, amara imyaka amajana munani n’icumi n’itanu, ayivyaramw’ abahungu n’ abakobga.
11
Imisi yose Enoshi yamaze yabaye imyaka amajana cenda n’iyindi itanu: araheza arapfa.
12
Kenani amaze imyaka mirongwirindwi avyara Mahalaleli.
13
Kenani amaze kuvyara Mahalaleli, amara iyindi myaka amajana munani na mirongwine, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
14
Imisi yose Kenani yamaze yabaye imyaka amajana cenda n’ icumi: araheza arapfa.
15
Mahalaleli amaze imyaka mirongwitandatu n’itanu avyara Yeredi.
16
Mahalaleli amaze kuvyara Yeredi, amara iyindi myaka amajana munani na mirongwitatu, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
17
Imisi yose Mahalaleli yamaze yabaye imyaka amajana munani na mirongwicenda n’itanu: araheza arapfa.
18
Yeredi amaze imyaka ijana na mirongwitandatu n’ibiri avyara Henoki.
19
Yeredi amaze kuvyara Henoki, amara iyindi myaka amajana munani, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
20
Imisi yose Yeredi yamaze yabaye imyaka amajana cenda na mirongwitandatu n’ibiri: araheza arapfa.
21
Henoki amaze imyaka mirongwitandatu n’itanu avyara Metusela.
22
Henoki amaze kuvyara Metusela agendana n’Imana imyaka amajana atatu, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
23
Imisi yose Henoki yamaze yabaye imyaka amajana atatu na mirongwitandatu n’itanu.
24
Kandi Henoki yagendana n’Imana: araheza ntiyaba akiboneka, kukw Imana imujanye.
25
Metusela amaze imyaka ijana na mirongumunani n’indwi avyara Lameki.
26
Metusela amaze kuvyara Lameki amara iyindi myaka amajana ndwi na mirongumunani n’ibiri, ayivyaramw’ abahungu n’ abakobga.
27
Imisi yose Metusela yamaze yabaye imyaka amajana cenda na mirongwitandatu n’ icenda: araheza arapfa.
28
Lameki amaze imyaka ijana na mirongumunani n’ibiri avyara umwana w’umuhungu:
29
amwita Nowa, at’ Uyu azoturuhura mu bikorwa vyacu no mu butame bg’ amaboko yacu butewe n’iri vu Uhoraho yavumye.
30
Lameki amaze kuvyara Nowa amara iyindi myaka amajana atanu na mirongwicenda n’itanu, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
31
Imisi yose Lameki yamaze yabaye imyaka amajana ndwi na mirongwirindwi n’indwi: araheza arapfa.
32
Nowa amaze imyaka amajana atanu avyara Shemu na Hamu na Yafeti.
← Chapter 4
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 6 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48
49
50