bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
Genesis 21
Genesis 21
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 20
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 22 →
1
Uhoraho agendera Sara nk’ uko yavuze, kand’ amugirira nk’uko yamubariye.
2
Sara asama inda, avyarana na Aburahamu umuhungu mu butāma bgiwe, mu gihe cāshinzwe, kimwe Imana yari yaramubariye nyene.
3
Umwana Aburahamu yavyaye amwita Isaka, uwo yavyaranye na Sara.
4
Aburahamu akeba Isaka umwana wiwe amaze imisi munani avutse, nk’ ukw Imana yamubariye.
5
Aburahamu yar’ amaze imyaka ijana igihe yavyara umwana wiwe Isaka.
6
Sara aravuga, at’ Imana irantwengeje; kand’ abazovyumva bose bizobatwenza nkanje.
7
Ati Har’ uwogize ico abarira Aburahamu, ngo Sara azokwonsa abana? yamar’ amvyayek’ umwana w’umuhungu mu butāma bgiwe.
8
Umwana arakura, aracuka; ku musi Isaka yacutseko Aburahamu atumirira abantu benshi amazimano.
9
Maze Sara abona wa mwana wa Hagari Umunyegiputakazi, uwo yavyaranye na Aburahamu, arikw aratwenga.
10
Bituma abarira Aburahamu, at’ Irukana iyi ncoreke n’umwana wayo, kuk’ umwana w’iyi ncoreke atazoraganwa n’umwana wanje Isaka.
11
Aburahamu ababazwa cane n’ ivy’ uwo mwana wiwe.
12
Imana ibarira Aburahamu, iti Reka kubabazwa n’ivy’ uwo mwana n’incoreke yawe: ivyo Sara akubariye vyose n’uvyemere: kuko kuri Isaka ari ho uruvyaro rwawe ruzokwītīrirwa.
13
Kandi n’uwo mwana nyene w’iyo ncoreke nzomuhindura ihanga, kuko na we ar’ ubura bgawe.
14
Aburahamu akoroka kare, yābīra impamba n’ umukuza w’urusato wuzuye amazi, abitekerera Hagari, abishira ku rutugu rwiwe, amuha n’uwo mwana, aramwirukana; aragenda, azimagirika mu bugaragwa bg’i Beri‐sheba.
15
Amazi yari muri wa mukuza arashira; arambika umwana musi y’igisaka caho.
16
Aragenda, yicara amutumbereye amwitanguye, nk’ahoraswa umwampi; kuko yari yibgiye, ati Noye kurāba ipfa ry’ umwana wanje. Nuko yicara amutumbereye, araturika ararira.
17
Imana yumva ijwi ry’uwo muhungu; maz’ umumarayika w’ Imana ari mw ijuru, ahamagara Hagari, aramubaza, at’ Ubaye iki ga Hagari? Nta co utinya! kukw Imana yumvise ijwi ry’uwo muhungu ah’aryamye.
18
Va hasi, uvyure uwo muhungu, umuramire mu maboko, kuko nzomuhindura ihanga rikomeye.
19
Imana ihumūra amaso yiwe, abona iriba ry’amazi; aragenda, yuzuza wa mukuza amazi, aramiza uwo muhungu.
20
Nukw Imana ibana n’uwo muhungu, arakura; agerēra mu bugaragwa, aba umurashi.
21
Aba mu bugaragwa bg’i Parani; nyina amusabira umugeni mu gihugu ca Egiputa.
22
Mur’ iyo misi, Abimeleki azanana na Fikoli umugabisha w’ ingabo ziwe, abarira Aburahamu, at’ Imana iri kumwe nawe mu vyo ukora vyose;
23
none rer’ enda n’undahirire Imana aha nyene yuk’ utazongunga, cank’ umwana wanje, cank’ umwuzukuru wanje: ariko k’uzonyishura ivyiza, twe n’iki gihugu wabayemw’ ur’ inyambukīra, nk’uko nabikugiriye nanje.
24
Aburahamu aramwishura, ati Ndarahira.
25
Maze Aburahamu ahishuka Abimeleki ku vy’iriba ry’amazi abantu ba Abimeleki bamunyaze ku manyama.
26
Abimeleki aramwishura, at’ Ivyo sinzi uwabikoze, kandi nawe ntiwigeze kubimbgira, kandi sinigeze no kuvyumva, atar’ uyu musi.
27
Nuko Aburahamu yābīra intama n’inka, abiha Abimeleki; bompi bacana amatigu.
28
Aburahamu arobanura imyagazi y’intama ndwi ivyara yo mu mukuku wiwe.
29
Abimeleki abaza Aburahamu, ati Mbeg’ iyo myagazi ndwi urobanuye, bisobanurwa ngw iki?
30
Aramwishura, at’ Enda nyakīrira iyi myagazi ndwi ntanze, kugira ngo bimbere icabona yukw ari jewe nimbishije iri riba.
31
Ni co catumye yita aho hantu Beri‐sheba, kukw ari ho barahiriye bompi.
32
Uko ni ko bācaniye amatigu i Beri‐sheba: maze Abimeleki arahaguruka, bo na Fikoli umugabisha w’ingabo ziwe, basubira mu gihugu c’i Bufilisitiya.
33
Aburahamu atera igiti citwa umwesheri i Beri‐sheba, yambarizay’ izina ry’Uhoraho, Imana ihoraho.
34
Aburahamu amara imisi myinshi ar’ inyambukīra mu gihugu c’i Bufilisitiya.
← Chapter 20
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 37
Chapter 38
Chapter 39
Chapter 40
Chapter 41
Chapter 42
Chapter 43
Chapter 44
Chapter 45
Chapter 46
Chapter 47
Chapter 48
Chapter 49
Chapter 50
Chapter 22 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36
37
38
39
40
41
42
43
44
45
46
47
48
49
50