bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Kirundi
/
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
/
2 Chronicles 27
2 Chronicles 27
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
← Chapter 26
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 28 →
1
Yotamu yar’ amaze imyaka mirongwibiri n’itanu aho yima; amara imyaka cumi n’ itandatu i Yerusalemu ari ku ngoma. Nyina yitwa Yerusha, umukobga wa Sadoki.
2
Akora ivyo Uhoraho abona kw ari vyiza, nk’ ivyo se Uziya yakoze vyose. Mugabo we ntiyinjiye mu rusengero rw’Uhoraho. Arikw abantu bākomeje kwihumanya.
3
Ni we yubatse ikirimba co haruguru ku ngoro y’Uhoraho, yubaka n’ibindi vyinshi ku ruzitiro rw’i Ofeli.
4
Kandi yubaka n’ibisagara mu mugamba w’i Buyuda, n’amaboma n’iminara mu bibira.
5
Arwana n’umwami w’Abamoni; abo Bamoni arabanesha. Nuko mur’ uwo mwaka Abamoni bamugororera italanto z’ifeza ijana, n’ingero zitwa koro ibihumbi cumi z’ingano, n’ingero ibihumbi cumi nyene za sayiri. No mu mwaka wa kabiri n’uwa gatatu bāmuzaniye nk’ivyo nyene.
6
Nuko Yotamu aba ūhambaye, kuko yagenda atunganya ingeso ziwe imbere y’ Uhoraho Imana yiwe.
7
Nukw ibindi vyose vyadōnzwe kuri Yotamu, n’intambara zose yarwanye, n’ivy’ ingeso ziwe, vyanditswe mu gitabo c’abami b’ Abisirayeli n’ab’ Abayuda.
8
Yar’ amaze imyaka mirongwibiri n’ itanu aho yaja ku ngoma; ayimarakw imyaka cumi n’itandatu i Yerusalemu.
9
Maze Yotamu ahamvya ba sekuruza, bamuhamba ku murwa wa Dawidi; maz’ umuhungu wiwe Ahazi asubira ku ngoma yiwe.
← Chapter 26
Jump to:
Chapter 1
Chapter 2
Chapter 3
Chapter 4
Chapter 5
Chapter 6
Chapter 7
Chapter 8
Chapter 9
Chapter 10
Chapter 11
Chapter 12
Chapter 13
Chapter 14
Chapter 15
Chapter 16
Chapter 17
Chapter 18
Chapter 19
Chapter 20
Chapter 21
Chapter 22
Chapter 23
Chapter 24
Chapter 25
Chapter 26
Chapter 27
Chapter 28
Chapter 29
Chapter 30
Chapter 31
Chapter 32
Chapter 33
Chapter 34
Chapter 35
Chapter 36
Chapter 28 →
All chapters:
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36